ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b INSIGURO Y’AMAJAMBO: Kwonona umwana biba igihe umuntu akuze akoresheje umwana mu kwimara inambu y’umubiri. Aho harimwo guhuza ibitsina, guhuza igitsina n’umunwa canke kugicisha mu kibuno, gukuyakuya ibihimba vy’irondoka, amabere canke ibisusu be n’izindi ngeso z’ubushegabo. Birahambaye ko twibuka yuko igihe umwana yononywe aba yahenzwe, akaba asigaranye inkovu ku mutima kandi ko ata kosa aba afise. Naho abana b’abakobwa ari bo bakunze kwononwa, n’abana b’abahungu benshi birabashikira. Kenshi abagabo ni bo bonona abana, ariko n’abagore bamwebamwe barasambanya abana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika