Akajambo k'epfo
d INSOBANURO Y’AMASHUSHO: Mushiki wacu ari kuri kaminuza. We n’abo bigana barashigikiye ivyo umwigisha wabo avuga vy’uko siyansi n’ubuhinga bishobora gutorera umuti ingorane zose zihanze abantu. Mu nyuma mu Ngoro y’Ubwami, yashishwe kandi ariko aratora amahinyu ibivugwa.