Akajambo k'epfo
c INSOBANURO Y’AMASHUSHO: Umugabo agiye mu kiruhuko arakiriye agapapuro k’inkuru nziza ahawe n’Ivyabona ku kibuga c’indege. Mu nyuma akiri muri ico kiruhuko, arabona ibindi Vyabona bariko bamamaza ku mugaragaro. Amaze kugaruka i muhira, agiye abona abamamaji bamugendera.