Akajambo k'epfo
b Muri ubwo buryo nyene, igihe abavukanyi batari bake bari bajejwe amabanga bashikana imyaka kanaka, baciye bayashikiriza abakiri bato. Raba ikiganiro kivuga ngo “Bakirisu mwitereye mu myaka Yehova arashima ukudahemuka kwanyu,” mu Munara w’Inderetsi wo muri Nyakanga 2018, be n’ikivuga ngo “Nugumane amahoro yo mu mutima igihe ivyawe bihindutse,” mu Munara w’Inderetsi wo muri Gitugutu 2018.