Akajambo k'epfo
a Muri iki kiganiro, turarimbura igituma dukwiye kuyobokera Yehova. Turarimbura kandi ivyo abakurambere, ba sebibondo na ba inabibondo, ni ukuvuga abo bose bafise ubukuru kanaka, bokwigira ku karorero ka buramatari Nehemiya, ku Mwami Dawidi no kuri Mariya nyina wa Yezu.