Akajambo k'epfo
b INSIGURO Y’AMAJAMBO: Abantu badafise umutima wo kugamburuka, usanga baterekwa ijambo kuyoboka. Ariko rero, abasavyi b’Imana bayigamburukira babikunze, akaba ari co gituma bahimbarwa no kuyiyobokera.