Akajambo k'epfo
f INSOBANURO Y’AMASHUSHO: Agahungu kamaze amasaha n’ayandi gakina udukino twa videwo, magingo kataranaheza udukorwa tw’i muhira canke two kw’ishure. Naho nyina wako avuye ku kazi arushe, ariko aragakosora atabigiranye ishavu canke gukankama.