Akajambo k'epfo
a Turazi ko vuba umuryango w’abantu uzohura n’“amakuba akomeye.” None bizogendera gute abasavyi ba Yehova? Yehova yiteze ko ico gihe tuzokora iki? Ni kamere izihe dukeneye gutsimbataza ubu kugira zizodufashe kuguma turi intahemuka? Turaza kubibona muri iki kiganiro.