Akajambo k'epfo
a Woba wumva ko hari ivyo udashoboye gukora mu murimo wa Yehova? Woba wibaza nimba hari ico ukimumariye? Canke na ho woba ugonanwa kwitanga kugira ngo Yehova agukoreshe uko ashaka? Iki kiganiro kiraca irya n’ino uburyo butandukanye Yehova ashobora kuguha ugushaka n’ububasha kugira ucike ico ashaka cose ngo umugambi wiwe uranguke.