Akajambo k'epfo
a Uko iherezo ryegereza, twese turakwiye kugiranira ubugenzi bukomeye n’abo dusangiye ukwizera. Muri iki kiganiro, turaza kubona ico twigira ku vyashikiye Yeremiya. Turaza no kurimbura ingene kugiranira ubugenzi bukomeye n’abavukanyi ubu, bizodufasha mu bihe vy’ingorane.