Akajambo k'epfo
c INSOBANURO Y’AMASHUSHO: Ishusho yerekana ibishobora kuzoba muri ya “makuba akomeye.” Abavukanyi na bashiki bacu binyegeje mu gisenge c’inzu. Muri ico gihe kigoye, bararemeshanya biciye ku bugenzi bafitaniye. Amashusho atatu akurikira yerekana ingene ba bavukanyi na bashiki bacu nyene bari barakomeje ubugenzi bafitaniye imbere y’uko ya makuba akomeye atangura.