Akajambo k'epfo
a Ivyanditswe biratwigisha ingene twogira uburimbane mu kuntu tubona ibijanye n’akazi be no kuruhuka. Iki kiganiro gifatiye kw’Isabato Abisirayeli bubahiriza buri ndwi, kiradufasha gusuzuma ingene dukwiye kubona ibijanye no gukora be no kuruhuka.