Akajambo k'epfo
a Abubatse boba bakwiye kuvyara abana? Igihe na ho ari vyo bahisemwo, bovyara bangahe? Vyongeye, bokwigisha gute abana babo gukunda Yehova no kumukorera? Iki kiganiro kirimwo uburorero bw’abantu bo muri iki gihe be n’ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya bidufasha kuronka inyishu z’ivyo bibazo.