Akajambo k'epfo
a Ishirahamwe rya Yehova rirangwa amahoro. Ariko hamwe twogirira ishari abandi twoshobora kuyahungabanya. Muri iki kiganiro, turaza kurimbura ivyotuma tugira ishari. Turaza no kurimbura ingene tworwanya ako gatima kabi, n’ingene tworemesha amahoro.