Akajambo k'epfo
b Urukurikirane rw’ibiganiro bivuga ngo “Bibiliya irahindura ubuzima” rurimwo uburorero bwinshi bw’ukuntu abantu bashobora guhinduka. Ivyo biganiro vyasohotse mu Munara w’Inderetsi gushika mu 2017. Ariko ubu bibandanya gusohoka ku rubuga rwa jw.org®. Nurabe ahavuga ngo IBITWEREKEYE > INKURU Z’IVYABAYE.