Akajambo k'epfo
a Yehova yipfuza ko abatacifatanya n’ishengero bamugarukako. Hari vyinshi dushobora gukora kugira dufashe abipfuza kwitaba akamo Yehova abatera ati: “Nimungarukeko.” Muri iki kiganiro, tugiye kuraba ingene twobafasha kubigira.