ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Ibitabu vyacu vyarigeze kuba bivuga ko izina rya Yehova ridakeneye kwemezwa kubera ko ata wahaririye nimba afise uburenganzira bwo kuryitwa. Ariko rero, kw’Ikoraniro rya buri mwaka ryo mu 2017, twaratahuye ibintu mu bundi buryo. Umuhagarikizi yavuze ati: “Bisobanura gusa ko atari bibi gusenga dusaba ko izina rya Yehova ryemezwa kubera ko mu vy’ukuri ukuntu azwi gukeneye kwambikwa izera.”​—Raba kuri jw.org ikiganiro ca buri kwezi co muri Nzero 2018. Raba ahavuga ngo IVYASOHOWE > TELEVIZIYO YA JW.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika