Akajambo k'epfo
c INSOBANURO Y’ISHUSHO: Mushiki wacu arabajije umukurambere nimba bibereye ko yokwitaba urubanza rw’ubugeni buzobera mu rusengero kanaka. Aho kumubwira ivyiyumviro vyiwe, uwo mukurambere aramwereka ingingo ngenderwako zimwezimwe zo muri Bibiliya.