Akajambo k'epfo
b INSOBANURO Y’ISHUSHO: Imvukira yo muri Amerika yari imaze imyaka amajana yarapfuye, yazutse mu gihe ca ya Ngoma ya Kristu y’imyaka igihumbi. Umuvukanyi yarokotse Harumagedoni aranezerewe no kwigisha wa mugabo yazuka ivyo yokora kugira yungukire ku ncungu ya Kristu.