Akajambo k'epfo
a Woba uba mu gihugu aho ugusenga Yehova kutaburabuzwa? Nimba ari uko biri, uriko ukoresha gute ico kiringo c’amahoro? Iki kiganiro kiraza kugufasha kubona ingene wokwigana Umwami Asa wa Yuda be n’abakirisu bo mu kinjana ca mbere. Barakoresheje neza umwanya mu gihe c’agahengwe.