Akajambo k'epfo
a Bamwebamwe muri twebwe vyoshobora kutugora guhindura ivyiyumviro vyacu, inyifato yacu, be n’ivyo dukora. Iki kiganiro kiratubwira igituma twese dukeneye kugira ivyo duhinduye kandi tukagumana umunezero.