Akajambo k'epfo
a Intumwa Yohani ashobora kuba ari we “wa mwigishwa Yezu yakunda.” (Yoh. 21:7) N’igihe Yohani yari akiritera akarisama, ategerezwa kuba yari afise kamere nyinshi nziza cane. Imyaka itari mike inyuma y’aho, Yehova yaramukoresheje mu kwandika ibintu vyinshi ku bijanye n’urukundo. Muri iki kiganiro, turaza kurimbura bimwebimwe mu vyo yanditse, twongere turabe n’ivyo twokwigira ku karorero kiwe.