Akajambo k'epfo
b INSOBANURO Y’ISHUSHO: Serugo umwe afise vyinshi akora, aragira uruhara mu gutabara abashikiwe n’ivyago, agatanga intererano zo gushigikira igikorwa kirangurirwa kw’isi yose, akongera agatumira abandi ngo baze kwifatanya na we n’umugore wiwe be n’abana babo mu gusenga kwo mu muryango.