Akajambo k'epfo
b Ubwo buryo bwo kwiyigisha ni bumwe gusa mu bundi woshobora gukoresha. Ibindi vyiyumviro vy’ukuntu wokwiyigisha Bibiliya, urashobora kubisanga muri ca Gitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova, munsi y’iciyumviro kivuga ngo “Bibiliya,” ku gatwe gatoya kavuga ngo “Gusoma no gutahura Bibiliya.”