Akajambo k'epfo
a Twoshobora gute kuguma tubona igikorwa co kwamamaza mu buryo bwiza, n’igihe ata bantu benshi dusanga i muhira, canke igihe basa n’abatitaho ubutumwa tubabwira? Iki kiganiro, kiraturonsa ivyiyumviro vyodufasha kuguma tubona ibintu mu buryo bwiza.