ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b INSOBANURO Y’ISHUSHO: Kuba twaremwe mw’ishusho y’Imana, biratuma umugabo n’umugore wiwe bagaragarizanya urukundo n’impuhwe bakongera bakabigaragariza abana babo. Uwo mugabo n’uwo mugore barakunda Yehova. Barerekana ko bakenguruka agateka ko kuba bafise abana, mu kubigisha gukunda Yehova no kumukorera. Abo bavyeyi barakoresha ividewo kugira babasigurire igituma Yehova yatanze Yezu ngo abe incungu. Barabigisha kandi ko mw’Iparadizo igiye kuza, tuzokwitwararika isi be n’ibikoko ibihe bidahera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika