Akajambo k'epfo
a Ivyanditswe birerekana neza ko Yehova Imana ari we Muremyi. Ariko rero abantu benshi ntibavyemera. Bavuga ko ibinyabuzima vyiyadukije. Mugabo nitwarushiriza kwizera Imana na Bibiliya, ivyo bavuga ntibizohungabanya ukwizera kwacu. Iki kiganiro kiraza kutwereka ingene twobigira.