Akajambo k'epfo
b Mu mashure menshi, ntibigera bacisha no mu kanwa ko Imana ari yo ishobora kuba yaraturemye. Abigisha bamwebamwe bavuga ko kubigenza gutyo kwoba ari uguhatira abanyeshure kwemera ivyo badashaka.