Akajambo k'epfo
c Hariho abahinga karuhariwe barenga 60, ushizemwo abanyasiyansi, bemera ko ibiriho vyaremwe. Ivyo bavuze turabisanga mu gitabu c’ironderero ca vuba (Index des publications des Témoins de Jéhovah). Raba ahavuga ngo “Science,” uce uja ku gatwe kavuga ngo “scientifiques partisans de la création.” Bimwebimwe muri ivyo, turabisanga no muri ca Gitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova. Raba ahavuga ngo “Siyansi n’ubuhinga,” uce uja ku gatwe kavuga ngo “‘Ikiganiro twagiranye na . . . ’ (Ibiganiro vyama bisohoka muri Be maso!).”