Akajambo k'epfo
a Iki kiganiro, kirimwo umuco mushasha ku bijanye n’ingene twahora dutahura ibivugwa muri Hagayi 2:7. Turaza kubona ingene twogira uruhara mu gikorwa gishimishije kiriko kiratigitisha amahanga yose. Turaza no kubona ko ico gikorwa co gutigitisha amahanga gituma bamwe bavyakira neza abandi bakavyakira nabi.