Akajambo k'epfo
c Uwo ni umuco mushasha ku bijanye n’ingene twahora dutahura ico canditswe. Kera twavuga yuko ukwo gutigitisha amahanga yose atari kwo gutuma abantu bafise agatima kabereye baza kuri Yehova. Raba ikiganiro c’“Ibibazo vy’abasomyi,” co mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 15 Rusama 2006.