Akajambo k'epfo
a Ese ukuntu bibabaza iyo uwawe ahevye Yehova! Iki kiganiro, kiratwereka ingene Imana yacu imererwa igihe ivyo bishitse. Kirerekana ibintu ngirakamaro abasigaye bo mu muryango bokora, kugira ngo bihanganire umubabaro bongere bagume bakomeza ukwizera kwabo. Kirerekana n’ingene abagize ishengero bose boremesha uwo muryango bakongera bakawushigikira.