Akajambo k'epfo
a Muri iki kiganiro, turaza kubona akarorero Yezu yadusigiye k’ugusenga kw’ukuri, tubone n’ingene abakirisu bo mu ntango bagakurikije. Turaza no kubona ibimenyamenya vyerekana ko Ivyabona vya Yehova bariko barakurikiza ako karorero muri iki gihe.