Akajambo k'epfo
d INSOBANURO Y’ISHUSHO: Abacika abasavyi ba Yehova kandi bakizera incungu, Yehova aca abafata mu buryo budasanzwe. Uretse ko bungukira ku rukundo agaragariza abantu bose muri rusangi, barungukira no ku rukundo rudahemuka rwiwe. Uburyo butandukanye bungukira kuri urwo rukundo burerekanwa mu tumenyetso tw’umuzingi.