Akajambo k'epfo
a Yezu aduhimiriza guca mw’irembo ryaga rishikana mu nzira y’ubuzima. Araduhimiriza no kwikiranura n’abavukanyi bacu. Ni intambamyi izihe none zotuma bitatworohera gushira mu ngiro iyo mpanuro, kandi twozitsinda gute?