Akajambo k'epfo
b Raba ikibazo ca 6 mu gatabu Inyishu z’ibibazo 10 urwaruka rwibaza, kivuga ngo: “Nonanira gute agakuku?” hamwe n’akavidewo dusanga mu bisigurwa bariko barabicapa kuri www.pr418.com. kavuga ngo “Nunanire akosho k’urunganwe.” (Nuje ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA.)