Akajambo k'epfo
a Iki kiganiro kiraza kudufasha kubona igituma tworushiriza kwizigira Yehova be n’abamuserukira ng’aha kw’isi. Turaza no kubona igituma kubigenza gutyo bitugirira akamaro muri iki gihe, n’ingene bidutegura ku bw’ibintu bitoroshe bishobora kuzodushikira muri kazoza.