Akajambo k'epfo
a Gutanga impanuro ntivyama vyoroshe. None igihe bibaye ngombwa ko dutanga impanuro, twoyitanga gute mu buryo igirira akamaro uwo tuyiha ikongera ikamuremesha? Iki kiganiro kiraza gufasha canecane abakurambere kubona ingene botanga impanuro inezereza umutima w’abayihabwa.