Akajambo k'epfo
a Yezu yama ashira imbere ineza y’abandi aho gushira imbere ineza yiwe. Muri iki kiganiro, turihweza uburyo butandukanye twokwigana akarorero kiwe. Turaza no kubona ingene kwigana umutima wiwe wo kwitanga bizotuma twironkera ivyiza birama.