Akajambo k'epfo
b INSOBANURO Y’ISHUSHO: Umuvukanyi akiri muto yitwa Dan, ariko aritegereza abakurambere babiri baje kugendera se wiwe mu bitaro. Dan arakorwa ku mutima n’akarorero keza k’abo bakurambere. Karamuvyurira kandi umutima wo kwitwararika ivyo abandi bo mw’ishengero bakeneye. Uwundi muvukanyi akiri muto wo mw’ishengero yitwa Ben, aritegereza ingene Dan yitwararika abandi. Akarorero ka Dan karatuma Ben yitanga mu bikorwa vyo kugirira isuku Ingoro y’Ubwami.