ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Yehova yaraduhaye ingabire nziza igitangaza, na yo akaba ari ubushobozi bwo kuvuga. Ikibabaje, abantu benshi ntibakoresha iyo ngabire nk’uko Yehova ashaka. Ni ibiki none vyodufasha kugumana imvugo nziza kandi yubaka, muri iyi isi yataye ubuntu? Twokoresha gute imvugo ihimbara Yehova igihe turi mu ndimiro, igihe twitavye amakoraniro be n’igihe tuyaga n’abandi? Iki kiganiro kiradufasha kuronka inyishu z’ivyo bibazo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika