Akajambo k'epfo
a Abantu benshi baripfuza kumenya ukuri kubera urukundo nyakuri bibonera hagati yacu. Ariko kubera ko tudatunganye, hari igihe bitugora kugaragariza urukundo abo dusangiye ukwizera. Nimuze turabe igituma urukundo ruhambaye cane be n’ingene twokwigana akarorero ka Yezu igihe abandi bakoze amakosa.