ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

f Bivugwa ko haciye igihe kirekire inyuma y’aho, indongozi imwe y’idini yavuze iti: “Mw’isi, nta bantu barenga mirongo itatu bariho bagororotse nka Aburahamu. Nimba ari mirongo itatu, twe n’umuhungu wanje turimwo; nimba ari cumi, twe n’umuhungu wanje turimwo; nimba ari batanu, twe n’umuhungu wanje turimwo; nimba ari babiri, ni je n’umuhungu wanje; nimba ari umwe na ho, ni jewe.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika