Akajambo k'epfo
b Bibiliya iravuga incuro zibiri aho Abisirayeli bashikaniye Yehova ibimazi vy’ibitungwa mu bugaragwa. Incuro ya mbere ni igihe hashingwa ubuherezi. Incuro ya kabiri na yo ni igihe haba Pasika. Ivyo vyose vyabaye mu 1512 imbere ya Kristu, mu mwaka ugira kabiri Abisirayeli bavuye mu Misiri.—Lew. 8:14–9:24; Guh. 9:1-5.