Akajambo k'epfo
c Ya myaka 40 Abisirayeli bamara mu bugaragwa iri mu kurangira, bararonse ibitungwa ibihumbi amajana banyaze bari ku rugamba. (Guh. 31:32-34) Ariko rero, bagumye barya manu gushika binjiye mu Gihugu c’isezerano.—Yos. 5:10-12.