Akajambo k'epfo
b Ushaka kumenya n’ibindi ku bijanye n’imvungo «icombo kitanganya namwe gukomera», raba ikiganiro kivuga ngo «Agaciro k’urwavya rurushirije kworoha», mu Munara wo ku wa 15 Rusama 2006, be n’ikivuga ngo «Inyobozo ziranga ubukerebutsi ku bubakanye», mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 1 Ntwarante 2005.