ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Ijambo ry’Imana ntirishigikira ko abubakanye batandukana, kandi n’iyo bishitse bagatandukana, riratomora neza ko ata n’umwe muri bo aba afise uburenganzira bwo kwubakana n’uwundi muntu. Ariko rero, hariho ibintu bikomeye bishika mu mibano y’abakirisu bamwebamwe, bigatuma biyumvira ivyo gutandukana. Raba akajambo ko ku mpera ka 4 mu gitabu Kwiberaho ibihe bidahera, kavuga ngo «Imvo zotuma abubakanye batandukana.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika