Akajambo k'epfo
a Muri iki kiganiro, imvugo ngo «abami ba Isirayeli» yerekeza ku bami bose baganje abasavyi ba Yehova, baba abatwaye ubwami bw’Ubuyuda bwari bugizwe n’imiryango ibiri, canke abatwaye ubwami bwa Isirayeli bwari bugizwe n’imiryango cumi, canke na ho abatwaye ya miryango yose uko ari 12.