Akajambo k'epfo
c Mw’isengesho Hana yatuye, yarakoresheje amajambo asa n’ayari mu vyanditswe na Musa. Ivyo vyerekana ko yafata umwanya wo kuzirikana ku Vyanditswe. (Gus. 4:35; 8:18; 32:4, 39; 1 Sam. 2:2, 6, 7) Haciye igihe kirekire, na Mariya nyina wa Yezu yarashemeje Yehova akoresheje amajambo asa cane n’aya Hana.—Luka 1:46-55.