Akajambo k'epfo
b Bibiliya idutegeka “kuguma twirinze amaraso.” (Ivyakozwe 15:28, 29) Ivyo bisobanura ko tudakwiye kunywa amaraso canke kurya inyama zikirimwo amaraso, eka kandi ntidukwiye kurya ibifungurwa bashizemwo amaraso.